AmakuruEntertainmentHealthSportsUbuzima

Melissa Chanesse Ikorineza: Umurundikazi/umuforomokazi/ ikirangirire mu guterura ibyuma(Bodybuilding)!

Yitwa Melissa Chanesse Ikorineza ni umurundikazi w’ikirangirire (rurangiranwa) mu guterura ibyuma(Bodybuilding)!

Atuye muri Denmark,ahamaze imyaka 16, ni Umuforomakazi(Une infirmière), afite imyaka 30.

Ni icyamamare gute ?: Melissa Chanesse Ikorineza agiye kwandika izina nk’umwiraburakaz i(une femme noire) wa mbere ugeze mu marushanwa ya nyuma ‘European Mastership’.

Kuki yambaye ubusa?: We ubwe agira ati: “Jewe ndi mu nkino za Bodybuilding mu gisata bita Bikini, ni ukuvuga ni ukwerekana ubukomezi bwawe werekana uko inyama zawe zigabuye kubera guterura ivyuma. Uba wambaye agahuzu ko musi (bikini) kugira werekane ubukomezi bwawe.”

Ese yataye umuco w’abarundi ?:

Arasubiza (arishura) ati: “Hariho abambwira ko nshira isoni gukina inkino z’abagabo, aho bisaba kwambara agahuzu ko musi n’ukwerekana ubukomezi bw’umubiri, hari benshi mbere bambwira ko ari ugutitura imico y’Abarundikazi…..Jewe ico nshaka ni ukubera urugero abandi Barundikazi nkanje mu kwerekana ko dushoboye, kuko kugira sport ntuca uba umugabo.”

Afite umugabo n’abana?: Aragira ati: “Mfise umukunzi w’umuhungu dukundanye..”[Source: BBC]

Ijambo rimwe kuri Chanesse?🎤🎤

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *